Abamaze igihe kirekire bafise uwo munezero mu gufasha ibinyabuzima muri ubwo buryo, bakwiye kumenyekana nk’abamenya Imana biciye mu bumenyi. Umuntu yashitse mu rwego nk’urwo akwiye kumenya ko bashitse mu rwego rw’Imana.